Itanguriro 47:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kubera iki twogupfira mu maso+, n’amatongo yacu agacika umusaka? Twe n’amatongo yacu nutugure umukate+, maze twe n’amatongo yacu ducike abashumba ba Farawo; kandi uduhe imbuto kugira tubeho ntidupfe, n’amatongo yacu ntacike umusaka+.”
19 Kubera iki twogupfira mu maso+, n’amatongo yacu agacika umusaka? Twe n’amatongo yacu nutugure umukate+, maze twe n’amatongo yacu ducike abashumba ba Farawo; kandi uduhe imbuto kugira tubeho ntidupfe, n’amatongo yacu ntacike umusaka+.”