Itanguriro 47:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Maze Yozefu abwira abantu ati: “Raba, uno musi ndabaguze mwebwe n’amatongo yanyu ngo mube aba Farawo. Ng’izi imbuto muhawe; muze muziteragire mu matongo+.
23 Maze Yozefu abwira abantu ati: “Raba, uno musi ndabaguze mwebwe n’amatongo yanyu ngo mube aba Farawo. Ng’izi imbuto muhawe; muze muziteragire mu matongo+.