Itanguriro 50:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Bene wabo na Yozefu babonye ko se apfuye, batangura kuvuga bati: “Hari aho Yozefu yoba atubikiye akazikira+, kandi ntazobura kutwishura ikibi cose twamugiriye+.”
15 Bene wabo na Yozefu babonye ko se apfuye, batangura kuvuga bati: “Hari aho Yozefu yoba atubikiye akazikira+, kandi ntazobura kutwishura ikibi cose twamugiriye+.”