Itanguriro 50:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mwebwe mwari mwiyumviriye kunkorera ikibi. Mugabo Imana yiyumviriye kugihinduramwo iciza kugira ikore ibintu nk’uko biri uyu musi: kugira izigamire ubuzima abantu benshi+.
20 Mwebwe mwari mwiyumviriye kunkorera ikibi. Mugabo Imana yiyumviriye kugihinduramwo iciza kugira ikore ibintu nk’uko biri uyu musi: kugira izigamire ubuzima abantu benshi+.