Itanguriro 14:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Amaze kugaruka avuye gutsinda Kedorilawomeri n’abami bari kumwe na we, umwami wa Sodomu asohoka rero kumusanganira mu Kiyaya co Hasi ca Shave, ni ukuvuga Ikiyaya co Hasi c’umwami+.
17 Amaze kugaruka avuye gutsinda Kedorilawomeri n’abami bari kumwe na we, umwami wa Sodomu asohoka rero kumusanganira mu Kiyaya co Hasi ca Shave, ni ukuvuga Ikiyaya co Hasi c’umwami+.