Itanguriro 16:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Sarayi umugore wa Aburamu, afata rero Hagari umusukukazi wiwe w’Umunyamisirikazi, haheze imyaka cumi Aburamu aba mu gihugu ca Kanani, amuha Aburamu umugabo wiwe ngo abe umugore wiwe+.
3 Sarayi umugore wa Aburamu, afata rero Hagari umusukukazi wiwe w’Umunyamisirikazi, haheze imyaka cumi Aburamu aba mu gihugu ca Kanani, amuha Aburamu umugabo wiwe ngo abe umugore wiwe+.