-
Itanguriro 20:8Bibiliya y’isi nshasha
-
-
8 Nuko Abimeleki avyuka kare mu gitondo, ahamagara abasuku biwe bose, avugira ivyo bintu vyose mu matwi yabo. Nya bantu baratinya cane.