Itanguriro 23:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Gutyo, nya tongo na nya senga ryari muri ryo biremezwa na bene Heti yuko ari ivya Aburahamu ngo bibe itongo ryo guhambamwo yigabira+.
20 Gutyo, nya tongo na nya senga ryari muri ryo biremezwa na bene Heti yuko ari ivya Aburahamu ngo bibe itongo ryo guhambamwo yigabira+.