Itanguriro 26:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko abagabo b’aho hantu baguma babaza ivy’umugore wiwe, na we akavuga ati: “Ni mushikanje+.” Kuko yatinya kuvuga ngo: “Ni umugore wanje,” yibwira ati: “Abagabo b’aha hantu bonyica kubera Rebeka,” kuko yari ateye igomwe+.
7 Nuko abagabo b’aho hantu baguma babaza ivy’umugore wiwe, na we akavuga ati: “Ni mushikanje+.” Kuko yatinya kuvuga ngo: “Ni umugore wanje,” yibwira ati: “Abagabo b’aha hantu bonyica kubera Rebeka,” kuko yari ateye igomwe+.