Itanguriro 26:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mu nyuma ava ng’aho hanyuma yimba irindi riba+, mugabo ntibaritonganira. Ku bw’ivyo aryita Rehoboti maze avuga ati: “Ni kubera ko ubu Yehova yaduhaye ikibanza cagutse rwose+ kandi agatuma turondoka mw’isi+.”
22 Mu nyuma ava ng’aho hanyuma yimba irindi riba+, mugabo ntibaritonganira. Ku bw’ivyo aryita Rehoboti maze avuga ati: “Ni kubera ko ubu Yehova yaduhaye ikibanza cagutse rwose+ kandi agatuma turondoka mw’isi+.”