Itanguriro 26:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Nuko Izahaki ababwira ati: “Kubera iki mwaje iwanje kandi mwebwe ubwanyu mwaranyanse mukandungika nkava mu kibano canyu+?”
27 Nuko Izahaki ababwira ati: “Kubera iki mwaje iwanje kandi mwebwe ubwanyu mwaranyanse mukandungika nkava mu kibano canyu+?”