Itanguriro 26:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Umusi ukurikira mu gitondo bavyuka kare maze bahana indahiro+. Inyuma y’ivyo Izahaki arabarungika, bava iwe amahoro+.
31 Umusi ukurikira mu gitondo bavyuka kare maze bahana indahiro+. Inyuma y’ivyo Izahaki arabarungika, bava iwe amahoro+.