Itanguriro 26:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Nuko kuri uwo musi abasuku ba Izahaki baza kumumenyesha ivyerekeye iriba bari bimvye+, bamubwira bati: “Twaronse amazi!”
32 Nuko kuri uwo musi abasuku ba Izahaki baza kumumenyesha ivyerekeye iriba bari bimvye+, bamubwira bati: “Twaronse amazi!”