Itanguriro 28:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko atangura kurota+, kandi ehe hari ingazi yari ihagaritswe kw’isi, isonga ryayo rikaba ryashika mu majuru; kandi ehe hari abamarayika b’Imana bariko bayidugako bongera bayimanukako+. Itanguriro Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 28:12 Umunara w’Inderetsi,15/1/2004, rup. 2815/10/2003, rup. 28-29
12 Nuko atangura kurota+, kandi ehe hari ingazi yari ihagaritswe kw’isi, isonga ryayo rikaba ryashika mu majuru; kandi ehe hari abamarayika b’Imana bariko bayidugako bongera bayimanukako+.