Itanguriro 32:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Yakobo na we arabaza ati: “Ndakwinginze umbwire izina ryawe.” Ariko avuga ati: “Ubariza iki izina ryanje+?” Nuko amuhezagirira ng’aho.
29 Yakobo na we arabaza ati: “Ndakwinginze umbwire izina ryawe.” Ariko avuga ati: “Ubariza iki izina ryanje+?” Nuko amuhezagirira ng’aho.