-
Kuvayo 7:19Bibiliya y’isi nshasha
-
-
19 Mu nyuma, Yehova abarira Musa ati: “Bwira Aroni uti: ‘Fata inkoni yawe, uramvurire ukuboko kwawe+ hejuru y’amazi ya Misiri, hejuru y’inzuzi zabo, hejuru y’imigende yabo ya Nili no hejuru y’ibidengeri vyabo vyuzuyeko amarenga+, no hejuru y’amazi yabo yose ari mu bigega, kugira acike amaraso.’ Kandi hazoba koko amaraso mu gihugu cose ca Misiri no mu vyombo vy’ibiti no mu vyombo vy’amabuye.”
-