Kuvayo 8:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Abaherezi b’abanyamageza na bo bagerageza kugira nk’ivyo nyene bakoresheje ubuhinga bwabo bw’amayobera+, kugira bazane imibu, ariko birabananira+. Nya mibu ija ku bantu no ku bikoko.
18 Abaherezi b’abanyamageza na bo bagerageza kugira nk’ivyo nyene bakoresheje ubuhinga bwabo bw’amayobera+, kugira bazane imibu, ariko birabananira+. Nya mibu ija ku bantu no ku bikoko.