Kuvayo 8:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Mugabo nutarekura abantu banje, ehe ngira ndungike ibibugu+ kuri wewe no ku basavyi bawe no ku bantu bawe no mu mazu yawe; kandi amazu ya Misiri azokwuzura ibibugu gusa, vyuzure n’ubutaka babako.
21 Mugabo nutarekura abantu banje, ehe ngira ndungike ibibugu+ kuri wewe no ku basavyi bawe no ku bantu bawe no mu mazu yawe; kandi amazu ya Misiri azokwuzura ibibugu gusa, vyuzure n’ubutaka babako.