Kuvayo 8:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kandi kuri uwo musi, intara ya Gosheni abantu banje bahagazeko nzoyigira koko iyitandukanye n’ahandi, ku buryo ata kibugu na kimwe kihaba+; kugira umenye yuko jewe ndi Yehova hagati mw’isi+.
22 Kandi kuri uwo musi, intara ya Gosheni abantu banje bahagazeko nzoyigira koko iyitandukanye n’ahandi, ku buryo ata kibugu na kimwe kihaba+; kugira umenye yuko jewe ndi Yehova hagati mw’isi+.