Kuvayo 8:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Farawo aca avuga ati: “Jewe nzobarekura+, kandi koko muzoshikanira ikimazi Yehova Imana yanyu mu gahinga+. Kimwe gusa, ntimuje kure cane mu rugendo rwanyu. Munyingingire Imana+.”
28 Farawo aca avuga ati: “Jewe nzobarekura+, kandi koko muzoshikanira ikimazi Yehova Imana yanyu mu gahinga+. Kimwe gusa, ntimuje kure cane mu rugendo rwanyu. Munyingingire Imana+.”