Kuvayo 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 ehe ukuboko kwa Yehova+ kuraje ku bitungwa vyawe+ biri mw’ishamba. Hazotera ikiza+ gikaze cane ku mafarasi, ku ndogobwa, ku ngamiya, ku busho no ku mukuku.
3 ehe ukuboko kwa Yehova+ kuraje ku bitungwa vyawe+ biri mw’ishamba. Hazotera ikiza+ gikaze cane ku mafarasi, ku ndogobwa, ku ngamiya, ku busho no ku mukuku.