Kuvayo 9:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Maze Farawo atuma kuraba: erega, nta na kimwe mu bitungwa vya Isirayeli cari capfuye. Yamara umutima wa Farawo ubandanya gukomantara+, ntiyarekura abantu.
7 Maze Farawo atuma kuraba: erega, nta na kimwe mu bitungwa vya Isirayeli cari capfuye. Yamara umutima wa Farawo ubandanya gukomantara+, ntiyarekura abantu.