Kuvayo 9:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Maze Yehova abwira Musa ati: “Vyuka kare mu gitondo uhagarare imbere ya Farawo+, umubwire uti: ‘Ibi ni vyo Yehova Imana y’Abaheburayo avuze: “Rekura abantu banje bankorere+.
13 Maze Yehova abwira Musa ati: “Vyuka kare mu gitondo uhagarare imbere ya Farawo+, umubwire uti: ‘Ibi ni vyo Yehova Imana y’Abaheburayo avuze: “Rekura abantu banje bankorere+.