Kuvayo 9:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko ubu ngira ndungike ivyago vyanje vyose bikubite umutima wawe, bije no ku basavyi bawe, no ku bantu bawe, kugira umenye ko mw’isi yose ata n’umwe ariho ameze nkanje+.
14 Kuko ubu ngira ndungike ivyago vyanje vyose bikubite umutima wawe, bije no ku basavyi bawe, no ku bantu bawe, kugira umenye ko mw’isi yose ata n’umwe ariho ameze nkanje+.