Kuvayo 9:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Aho Farawo aboneye ko imvura n’urubura n’imituragaro vyahagaze, yongera gucumura no gukomantaza umutima wiwe+, we hamwe n’abasavyi biwe.
34 Aho Farawo aboneye ko imvura n’urubura n’imituragaro vyahagaze, yongera gucumura no gukomantaza umutima wiwe+, we hamwe n’abasavyi biwe.