Kuvayo 10:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko Musa na Aroni binjira kwa Farawo, bamubwira bati: “Ibi ni vyo Yehova Imana y’Abaheburayo avuze: ‘Uzogeza ryari kwanka kunyobokera+? Rekura abantu banje bankorere.
3 Nuko Musa na Aroni binjira kwa Farawo, bamubwira bati: “Ibi ni vyo Yehova Imana y’Abaheburayo avuze: ‘Uzogeza ryari kwanka kunyobokera+? Rekura abantu banje bankorere.