Kuvayo 10:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Zizokwuzura amazu yawe n’amazu y’abasavyi bawe bose n’amazu yose ya Misiri iyo iva ikagera, ku rugero ba so na ba sogokuru batigeze babona kuva umusi babayeho ku butaka gushika n’uyu musi+.’” Aca arahindukira, arasohoka ava kwa Farawo+.
6 Zizokwuzura amazu yawe n’amazu y’abasavyi bawe bose n’amazu yose ya Misiri iyo iva ikagera, ku rugero ba so na ba sogokuru batigeze babona kuva umusi babayeho ku butaka gushika n’uyu musi+.’” Aca arahindukira, arasohoka ava kwa Farawo+.