Kuvayo 10:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Inyuma y’ivyo Farawo ahamagara Musa, avuga ati: “Genda, mukorere Yehova+. Intama zanyu n’inka zanyu ni vyo gusa bitazorekurwa. Abana banyu batoyi na bo nyene barashobora kujana namwe+.”
24 Inyuma y’ivyo Farawo ahamagara Musa, avuga ati: “Genda, mukorere Yehova+. Intama zanyu n’inka zanyu ni vyo gusa bitazorekurwa. Abana banyu batoyi na bo nyene barashobora kujana namwe+.”