Kuvayo 17:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Maze Yehova abwira Musa ati: “Rengana uje imbere y’abantu+, utware bakeyi mu bagabo b’inararibonye ba Isirayeli na ya nkoni yawe wakubitisha uruzi Nili+. Yitware mu kuboko kwawe, ugume ugenda.
5 Maze Yehova abwira Musa ati: “Rengana uje imbere y’abantu+, utware bakeyi mu bagabo b’inararibonye ba Isirayeli na ya nkoni yawe wakubitisha uruzi Nili+. Yitware mu kuboko kwawe, ugume ugenda.