Kuvayo 23:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Gatatu mu mwaka, uw’igitsina-gabo wese mu bawe azoseruka mu maso y’Umukama w’ukuri, Yehova+.