Kuvayo 24:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Inyuma y’ivyo atuma imisore yo muri bene Isirayeli, bashikana amashikanwa aturirwa, batanga n’amashūri bwa bimazi, bwa bimazi vy’ugusangira+ bihabwa Yehova.
5 Inyuma y’ivyo atuma imisore yo muri bene Isirayeli, bashikana amashikanwa aturirwa, batanga n’amashūri bwa bimazi, bwa bimazi vy’ugusangira+ bihabwa Yehova.