Kuvayo 24:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ariko yari yabwiye abagabo b’inararibonye ati: “Mwebwe nimuturindirire aha hantu gushika tugarutse aho muri+. Kandi ehe Aroni na Huru+ bari kumwe namwe. Uwo wese afise imburano, nabegere+.”
14 Ariko yari yabwiye abagabo b’inararibonye ati: “Mwebwe nimuturindirire aha hantu gushika tugarutse aho muri+. Kandi ehe Aroni na Huru+ bari kumwe namwe. Uwo wese afise imburano, nabegere+.”