23 “Nayo wewe, niwitorere utumota twizatwiza+: imira+ y’amama agumaraye ingana ingero amajana atanu, n’umudarasini+ usosa ungana ica kabiri c’ico gitigiri, ingero amajana abiri na mirongo itanu, n’ikibingo kimota neza+ kingana ingero amajana abiri na mirongo itanu,