Kuvayo 30:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Maze uze uyakoremwo amavuta meranda y’ukurobanuza, amavuta manovu, ikivange gikozwe n’umuhinguzi w’amavuta manovu+. Abwirizwa kuba amavuta meranda y’ukurobanuza+.
25 Maze uze uyakoremwo amavuta meranda y’ukurobanuza, amavuta manovu, ikivange gikozwe n’umuhinguzi w’amavuta manovu+. Abwirizwa kuba amavuta meranda y’ukurobanuza+.