Kuvayo 30:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Yehova abandanya kubwira Musa ati: “Niwitorere ibimota neza+: amama ya natafu* na sheheleti na galubano imota be n’imibavu itavanze ya olibani+. Hazoba urugero rungana kuri vyose.
34 Yehova abandanya kubwira Musa ati: “Niwitorere ibimota neza+: amama ya natafu* na sheheleti na galubano imota be n’imibavu itavanze ya olibani+. Hazoba urugero rungana kuri vyose.