Kuvayo 31:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi bene Isirayeli bategerezwa kwubahiriza isabato, kugira bayihimbaze mu mayaruka yabo. Ni isezerano gushika igihe kitagira urugero+.
16 Kandi bene Isirayeli bategerezwa kwubahiriza isabato, kugira bayihimbaze mu mayaruka yabo. Ni isezerano gushika igihe kitagira urugero+.