Kuvayo 33:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi Yehova yavugana na Musa amaso mu yandi+, nk’uko nyene umuntu yovugana na mugenziwe. Iyo agarutse mw’ikambi, umusuku wiwe+ Yosuwa mwene Nuni+, uwari umufasha, ntiyava hagati mw’ihema. Kuvayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 33:11 Umunara w’Inderetsi,15/3/2004, rup. 271/12/2002, rup. 10
11 Kandi Yehova yavugana na Musa amaso mu yandi+, nk’uko nyene umuntu yovugana na mugenziwe. Iyo agarutse mw’ikambi, umusuku wiwe+ Yosuwa mwene Nuni+, uwari umufasha, ntiyava hagati mw’ihema.