Kuvayo 33:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Yehova abandanya kubwira Musa ati: “N’ico kintu nyene uvuze nzogikora+, kuko wagize ubutoni mu maso yanje kandi nkaba ndakuzi mw’izina.”
17 Yehova abandanya kubwira Musa ati: “N’ico kintu nyene uvuze nzogikora+, kuko wagize ubutoni mu maso yanje kandi nkaba ndakuzi mw’izina.”