Kuvayo 33:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mugabo avuga ati: “Jewe ubwanje nzocisha ukumera neza kwanje kwose imbere y’amaso yawe+, menyeshe izina rya Yehova imbere yawe+; kandi nzogirira ubutoni uwo nogirira ubutoni, kandi nzogirira imbabazi uwo nogirira imbabazi+.” Kuvayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 33:19 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),3/2019, rup. 26-27
19 Mugabo avuga ati: “Jewe ubwanje nzocisha ukumera neza kwanje kwose imbere y’amaso yawe+, menyeshe izina rya Yehova imbere yawe+; kandi nzogirira ubutoni uwo nogirira ubutoni, kandi nzogirira imbabazi uwo nogirira imbabazi+.”