-
Kuvayo 36:6Bibiliya y’isi nshasha
-
-
6 Nuko Musa ategeka yuko bacisha itangazo mw’ikambi, ngo: “Bagabo namwe bagore, ntihagire ibindi bikoresho mwongera kuzana vy’intererano nyeranda.” Nuko abantu babuzwa kubizana.
-