Kuvayo 38:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Hanyuma atangura gukora ca kigo+. Ku bw’uruhande ruraba i Negebu, amaja mu bumanuko, ibitambara bimanikwa vya nya kigo vyari ivy’ilino nziza ihinzwe, bikagira amatambwe ijana+.
9 Hanyuma atangura gukora ca kigo+. Ku bw’uruhande ruraba i Negebu, amaja mu bumanuko, ibitambara bimanikwa vya nya kigo vyari ivy’ilino nziza ihinzwe, bikagira amatambwe ijana+.