Kuvayo 40:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Maze asanza rya hema+ kuri ya taberenakulo, ashira ca gipfukisho+ c’ihema hejuru kuri yo, nk’uko Yehova yari yategetse Musa.
19 Maze asanza rya hema+ kuri ya taberenakulo, ashira ca gipfukisho+ c’ihema hejuru kuri yo, nk’uko Yehova yari yategetse Musa.