Kuvayo 40:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Hanyuma ashira ca gicaniro+ c’ishikanwa riturirwa ku bwinjiriro bw’itaberenakulo y’ihema ry’ihuriro, kugira ashikanire kuri co ishikanwa riturirwa+ be n’ishikanwa ry’intete, nk’uko Yehova yari yategetse Musa.
29 Hanyuma ashira ca gicaniro+ c’ishikanwa riturirwa ku bwinjiriro bw’itaberenakulo y’ihema ry’ihuriro, kugira ashikanire kuri co ishikanwa riturirwa+ be n’ishikanwa ry’intete, nk’uko Yehova yari yategetse Musa.