Abalewi 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “‘Kandi nimba ishikanwa atanga ngo ribe ishikanwa riturirwa ari irivuye mu mukuku+, mu mpfizi z’intama z’imikangara canke mu mpene, ikigabo+ kitagira agahonzi, ni co azoshikiriza+.
10 “‘Kandi nimba ishikanwa atanga ngo ribe ishikanwa riturirwa ari irivuye mu mukuku+, mu mpfizi z’intama z’imikangara canke mu mpene, ikigabo+ kitagira agahonzi, ni co azoshikiriza+.