Abalewi 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ibisigaye kuri nya shikanwa ry’intete ni ivya Aroni n’abahungu biwe+, bwa kintu ceranda rwose+ kivuye ku mashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro.
3 Ibisigaye kuri nya shikanwa ry’intete ni ivya Aroni n’abahungu biwe+, bwa kintu ceranda rwose+ kivuye ku mashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro.