Abalewi 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi abahungu ba Aroni+ baze babifumbishe umwotsi+ ku gicaniro, kuri rya shikanwa riturirwa riri hejuru ya za nkwi+ ziri ku muriro, bibe ishikanwa rishikanishwa umuriro ry’akamoto karuhura+ kuri Yehova.
5 Kandi abahungu ba Aroni+ baze babifumbishe umwotsi+ ku gicaniro, kuri rya shikanwa riturirwa riri hejuru ya za nkwi+ ziri ku muriro, bibe ishikanwa rishikanishwa umuriro ry’akamoto karuhura+ kuri Yehova.