Abalewi 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi ivyo azokura kuri ryo ngo abishikirize bwa shikanwa ryiwe, bwa shikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova, ni ca kinure gipfuka amara, eka ikinure cose kiri ku mara+, Agalewi Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:14 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),11/2019, rup. 23
14 Kandi ivyo azokura kuri ryo ngo abishikirize bwa shikanwa ryiwe, bwa shikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova, ni ca kinure gipfuka amara, eka ikinure cose kiri ku mara+,