Abalewi 4:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Kandi azokurako ikinure caryo cose+, nka kumwe ca kinure cakurwa kw’ishikanwa ry’ugusangira+. Umuherezi aze agifumbishe umwotsi ku gicaniro kibe akamoto karuhura kuri Yehova+. Umuherezi aze amutangire impongano, abone kukibabarirwa+.
31 Kandi azokurako ikinure caryo cose+, nka kumwe ca kinure cakurwa kw’ishikanwa ry’ugusangira+. Umuherezi aze agifumbishe umwotsi ku gicaniro kibe akamoto karuhura kuri Yehova+. Umuherezi aze amutangire impongano, abone kukibabarirwa+.