Abalewi 6:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ntibikwiye kwotsanywa n’ikintu na kimwe cambiwe+. Nabitanze ngo bibe umuturi wabo uvuye ku mashikanwa yanje ashikanishwa umuriro+. Ni ikintu ceranda rwose+, nka kurya kw’ishikanwa ry’igicumuro n’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha.
17 Ntibikwiye kwotsanywa n’ikintu na kimwe cambiwe+. Nabitanze ngo bibe umuturi wabo uvuye ku mashikanwa yanje ashikanishwa umuriro+. Ni ikintu ceranda rwose+, nka kurya kw’ishikanwa ry’igicumuro n’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha.