Abalewi 7:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “‘Kandi nimba ikimazi c’ishikanwa ryiwe ari indagano+ canke ishikanwa ritangwa ku bushake+, kize kiribwe ku musi ashikiriza ikimazi ciwe. Ku musi ukurikira, ibisigaye kuri co na vyo nyene vyoshobora kuribwa.
16 “‘Kandi nimba ikimazi c’ishikanwa ryiwe ari indagano+ canke ishikanwa ritangwa ku bushake+, kize kiribwe ku musi ashikiriza ikimazi ciwe. Ku musi ukurikira, ibisigaye kuri co na vyo nyene vyoshobora kuribwa.